MISSION DE L'ÉGLISE DE PENTECÔTE AU CANADA
+1 438-915-0161 7163 chemin de la Côte-des-Neiges, Montréal

Prédication Pasteur Jean-Marie NCUNGUYINKA

09 Dec 2024 · MEPC Montréal
Mwiyubare cane uburyo mugenda (Efeso 5:15-21)
1. Ntimugende nk'imburabwenge, ARIKO mugende nk'abanyabwenge (vv.15-16)
2. Ntimube ibipfu, ARIKO mutahure ivy'Umwami wacu agomba ivyo arivyo (v.17)
3. Ntimukaborerwe vino irimwo ubuhumbu, ARIKO mwuzure Mpwemu (v.18)
3.A: Urukundo = Mubwirane Zaburi, mukomezanye (v.19)
3.B: Gushima Imana = Imana yadukoreye ibihambaye, yaduhaye agakiza (v.20)
3.C: Kwicisha bugufi = Gushira imbere Bene Data (v21)


Imana ibahezagire!